Yobu 1:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yehova aca abwira Shetani ati: «Ehe ivyo afise vyose biri mu maboko yawe*! Ariko we ntihagire ico umugira.» Shetani aca arasohoka, ava imbere ya Yehova+.
12 Yehova aca abwira Shetani ati: «Ehe ivyo afise vyose biri mu maboko yawe*! Ariko we ntihagire ico umugira.» Shetani aca arasohoka, ava imbere ya Yehova+.