Yobu 1:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Akiriko aravuga, haca haza uwundi maze avuga ati: «Abakaludaya+ bigabuyemwo imigwi itatu, baca bagaba igitero kuri za ngamiya barazitwara, abasuku bawe na bo babicisha inkota. Ni jewe gusa narokotse kugira ndabikumenyeshe.»
17 Akiriko aravuga, haca haza uwundi maze avuga ati: «Abakaludaya+ bigabuyemwo imigwi itatu, baca bagaba igitero kuri za ngamiya barazitwara, abasuku bawe na bo babicisha inkota. Ni jewe gusa narokotse kugira ndabikumenyeshe.»