Yobu 2:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova abaza Shetani ati: «Uvuye hehe?» Shetani yishura Yehova ati: «Mvuye kunyuragira mw’isi no kuyitemberamwo+.» Yobu Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:2 Umunara w’Inderetsi,15/3/2006, rup. 14
2 Yehova abaza Shetani ati: «Uvuye hehe?» Shetani yishura Yehova ati: «Mvuye kunyuragira mw’isi no kuyitemberamwo+.»