Yobu 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ariko Yobu amwishura ati: «Uvuga nk’umugore atagira ubwenge. None twokwakira ivyiza gusa bivuye ku Mana, ntitwakire n’ibibi na vyo+?» Muri ivyo vyose, Yobu ntiyigeze acumura n’iminwa yiwe+.
10 Ariko Yobu amwishura ati: «Uvuga nk’umugore atagira ubwenge. None twokwakira ivyiza gusa bivuye ku Mana, ntitwakire n’ibibi na vyo+?» Muri ivyo vyose, Yobu ntiyigeze acumura n’iminwa yiwe+.