Yobu 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mbega ugutinya Imana kwawe ntigutuma uyizigira? Ugutungana kwawe+ ntigutuma ugira icizigiro?