Yobu 5:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Uzokwibonera ko ihema ryawe ritekanye*.Niwaja kuraba aho baragiye ibitungwa vyawe, uzosanga ata na kimwe kibuze.
24 Uzokwibonera ko ihema ryawe ritekanye*.Niwaja kuraba aho baragiye ibitungwa vyawe, uzosanga ata na kimwe kibuze.