Yobu 13:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hamwe yobasuzuma, mwibaza ko yosanga mwera+? Ugira ngo mwoyibesha nk’uko mubesha umuntu?