Yobu 16:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Erega nanje noshobora kuvuga nkamwe. Iyaba mwari mu kibanza canje,nari gushobora kubabwira amajambo akaze yo kubanegura,kandi nkabazungagiriza umutwe+. Yobu Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:4 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,4/2016, rup. 3
4 Erega nanje noshobora kuvuga nkamwe. Iyaba mwari mu kibanza canje,nari gushobora kubabwira amajambo akaze yo kubanegura,kandi nkabazungagiriza umutwe+.