Yobu 16:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Aho kubigenza gutyo, amajambo yanje yari kubakomeza,ivy’iminwa yanje ivuga* vyari kubirura+. Yobu Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:5 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,4/2016, rup. 3