Yobu 18:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Uzogeza ryari kuvuga amajambo nk’ayo? Niwikubite agashi* maze tubandanye kuyaga.