Yobu 19:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ubwanje nzoyibona.Amaso yanje azoyibona, si ay’uwundi azoyibona+. Ariko muri jewe numva ndengewe*.
27 Ubwanje nzoyibona.Amaso yanje azoyibona, si ay’uwundi azoyibona+. Ariko muri jewe numva ndengewe*.