Yobu 22:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Uwurushe ntumuha utuzi two kunywa,kandi n’uwushonje ntumuha utwo kurya+.