Yobu 28:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Inzahabu itavanze ntiyoshobora kubugura,kandi nta wobukaba ifeza naho zoba zingana iki+.