Yobu 32:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Imyaka gusa si yo ituma umuntu aba inkerebutsi,kandi abatama bonyene si bo batahura ibigororotse+.