Yobu 34:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kuko amaso y’Imana yitegereza inzira z’umuntu+,kandi irabona intambuko ziwe zose.