Yobu 35:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abantu baguma batabaza kubera agahahazo gakomeye.Baguma batabaza ngo bakurweko agacinyizo* k’abahambaye+.
9 Abantu baguma batabaza kubera agahahazo gakomeye.Baguma batabaza ngo bakurweko agacinyizo* k’abahambaye+.