Yobu 37:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umuyaga urahuhuta uvuye mu kibanza cawo+,imbeho na yo ikazanwa n’imiyaga yo mu buraruko+.