Yobu 37:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Impemu z’Imana zituma haboneka ibibarafu+,amazi yo mu nzuzi na yo agafatana, akamera nk’ibuye+.