Yobu 38:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ni nde atuma amazi yo mu biyaga afatana akamera nk’ibuye,hejuru y’amazi y’ibenga hagakonja hagacika ibarafu+? Yobu Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 38:30 Umunara w’Inderetsi,15/11/2005, rup. 14-15
30 Ni nde atuma amazi yo mu biyaga afatana akamera nk’ibuye,hejuru y’amazi y’ibenga hagakonja hagacika ibarafu+?