Yobu 39:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Iratwenga ubwoba kandi nta na kimwe itinya+. Ntihunga kubera inkota. Yobu Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 39:22 Umunara w’Inderetsi,15/1/2006, rup. 14-15