Yobu 40:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 «Erega jewe ndi ubusa+. Ubona nokwishura iki? Nifashe ku munwa+.