Yobu 41:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ni nde yampaye ikintu, ku buryo mbwirizwa kukimwishura+? Ibiri munsi y’ijuru vyose ni rwanje+.