-
Yobu 42:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Elifazi w’i Temani, Biludadi w’i Shuhi na Zofari w’i Nayama baca baja kwa Yobu nk’uko Yehova yabibategetse. Yehova araheza yemera isengesho rya Yobu.
-