Zaburi 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nzogumana amaganya gushika ryari?Nzogumana intuntu mu mutima uko bukeye uko bwije? Umwansi wanje azoguma antsinda gushika ryari+?
2 Nzogumana amaganya gushika ryari?Nzogumana intuntu mu mutima uko bukeye uko bwije? Umwansi wanje azoguma antsinda gushika ryari+?