Zaburi 20:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ese Yehova yokwishura ku musi w’amarushwa, izina ry’Imana ya Yakobo rikagukingira+.