Zaburi 30:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ewe Yehova, nzoguhaya kuko wandugije* ukankura mu cobo.Ntiwaretse ngo abansi banje banyirateko+.