Zaburi 49:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Bagenewe ukuzimu nka kurya kw’intama zo gukererwa. Urupfu ruzobaragira nka kurya kw’umwungere.Umugororotsi azobaganza+ mu gitondo. Ibisigarira vyabo vyose bizozimangana+,kandi bazoba mu mva+, aho kuba mu mazu yabo mezameza.
14 Bagenewe ukuzimu nka kurya kw’intama zo gukererwa. Urupfu ruzobaragira nka kurya kw’umwungere.Umugororotsi azobaganza+ mu gitondo. Ibisigarira vyabo vyose bizozimangana+,kandi bazoba mu mva+, aho kuba mu mazu yabo mezameza.