Zaburi 51:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 51 Ewe Mana, ngirira ubuntu nk’uko urukundo* rwawe+ ruri. Nuhanagure ibicumuro vyanje nk’uko imbabazi zawe nyinshi+ ziri.
51 Ewe Mana, ngirira ubuntu nk’uko urukundo* rwawe+ ruri. Nuhanagure ibicumuro vyanje nk’uko imbabazi zawe nyinshi+ ziri.