Zaburi 53:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 53 Abantu b’imburabwenge bibwira mu mutima ngo: «Yehova nta wuriho+.» Ibikorwa vyabo ni bibi cane kandi birasesemye.Nta n’umwe akora ivyiza+. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 53:1 Umunara w’Inderetsi,1/6/2006, rup. 10
53 Abantu b’imburabwenge bibwira mu mutima ngo: «Yehova nta wuriho+.» Ibikorwa vyabo ni bibi cane kandi birasesemye.Nta n’umwe akora ivyiza+.