Zaburi 57:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 57 Nungirire ubuntu Mana, nungirire ubuntu,kuko ari wewe mpungirako+.Mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungira gushika ivyago birenganye+.
57 Nungirire ubuntu Mana, nungirire ubuntu,kuko ari wewe mpungirako+.Mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungira gushika ivyago birenganye+.