Zaburi 57:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ewe Mana, nushirwe hejuru y’amajuru.Ese ubuninahazwa bwawe bwokwibonekeza kw’isi yose+!