Zaburi 62:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ubukiriro bwanje n’ubuninahazwa bwanje ndabikesha Imana. Imana ni yo gitandara canje gikomeye n’ubuhungiro bwanje+.
7 Ubukiriro bwanje n’ubuninahazwa bwanje ndabikesha Imana. Imana ni yo gitandara canje gikomeye n’ubuhungiro bwanje+.