Zaburi 63:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ariko umwami azonezerwa n’ivyo Imana izomukorera. Umuntu wese arahira mw’izina ryayo azohimbarwa*,kuko akanwa k’abavuga ibinyoma kazozibwa.
11 Ariko umwami azonezerwa n’ivyo Imana izomukorera. Umuntu wese arahira mw’izina ryayo azohimbarwa*,kuko akanwa k’abavuga ibinyoma kazozibwa.