-
Zaburi 69:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Ewe Mukama Segaba, Yehova Nyeningabo,
abakwizigira ntibamaramare kubera jewe!
Ewe Mana ya Isirayeli,
abakurondera ntibateterwe kubera jewe!
-