Zaburi 73:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ariko jewe, kwegera Imana bimbera vyiza+. Nagize Umukama Segaba Yehova ubuhungiro bwanje,kugira ntangaze ibikorwa vyiwe vyose+.
28 Ariko jewe, kwegera Imana bimbera vyiza+. Nagize Umukama Segaba Yehova ubuhungiro bwanje,kugira ntangaze ibikorwa vyiwe vyose+.