Zaburi 86:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ewe Yehova Mana yanje, ndagushemeza n’umutima wanje wose+,kandi nzoninahaza izina ryawe ibihe vyose,
12 Ewe Yehova Mana yanje, ndagushemeza n’umutima wanje wose+,kandi nzoninahaza izina ryawe ibihe vyose,