Zaburi 90:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nutunezereze imisi ingana n’iyo wamaze uduteza amarushwa+,imyaka ingana n’iyo twamaze mu magorwa+. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 90:15 Umunara w’Inderetsi,1/12/2001, rup. 12
15 Nutunezereze imisi ingana n’iyo wamaze uduteza amarushwa+,imyaka ingana n’iyo twamaze mu magorwa+.