Zaburi 105:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Bava mw’ihanga rimwe baja mu rindi,bakava mu bwami bumwe baja mu bundi+.