Zaburi 107:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Bagumye batakambira Yehova mu maganya yabo+,na we arabakura mu vyago barimwo+.