Zaburi 108:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nudukize n’ukuryo kwawe kandi utwishure*,kugira ngo abantu bawe wikundira batabarwe+.