Zaburi 111:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Gutinya Yehova ni yo ntango y’ubukerebutsi+. ש [Sini] Abubahiriza ivyagezwe vyiwe* bose baba berekanye ko babona kure*+. ת [Tau] Arabereye gushemezwa ibihe vyose. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 111:10 Umunara w’Inderetsi,15/3/2009, rup. 24
10 Gutinya Yehova ni yo ntango y’ubukerebutsi+. ש [Sini] Abubahiriza ivyagezwe vyiwe* bose baba berekanye ko babona kure*+. ת [Tau] Arabereye gushemezwa ibihe vyose.