Imigani 8:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Biciye kuri jewe, abami baguma baganza,kandi abategetsi bakurubakuru bafata ingingo zigororotse+.