Imigani 8:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Nashizweho kuva kera cane+,kuva mu ntango, kuva isi itarabaho+.