Imigani 9:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ntukosore umucokoranyi, ahandiho azoca akwanka+. Urakosora umunyabwenge*, na we azogukunda+.