Imigani 9:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Niwigishe umunyabwenge, na we azorushiriza kugira ubwenge+. Niwigishe umugororotsi, na we azokwongereza ubumenyi bwiwe.
9 Niwigishe umunyabwenge, na we azorushiriza kugira ubwenge+. Niwigishe umugororotsi, na we azokwongereza ubumenyi bwiwe.