Imigani 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’ubwenge* anezereza se+,ariko umwana w’ikijuju atera intuntu nyina.