Imigani 10:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Akanwa k’umugororotsi ni isoko ry’ubuzima+,ariko akanwa k’umubisha gahisha ubukozi bw’ikibi+.