Imigani 10:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Uwemera gutozwa indero ni inzira ijana ku buzima*,ariko uwanka gukosorwa azimiza abandi.