Imigani 11:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ahatagira impanuro nziza* abantu barahona,ariko abajanama* benshi batuma ibintu bigenda neza*+.