Imigani 11:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Hari uwutanga cane* ariko ivyiwe bikaruhira kugwira+,hakaba n’uwimana ariko akaruhira kuba umukene+. Imigani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:24 Umunara w’Inderetsi,15/7/2002, rup. 30
24 Hari uwutanga cane* ariko ivyiwe bikaruhira kugwira+,hakaba n’uwimana ariko akaruhira kuba umukene+.